Lavekor Group

Ibicuruzwa na serivise bifasha gutera imbere.

Lavekor ikora ibicuruzwa na serivise zizewe bifasha abantu n'ubudandaji gukora neza, gutera imbere no gushika ku ntego zabo.

Menya iDuka

Uko dukora

Dukora ibicuruzwa dufatiye ku bibazo nyakuri.

Ibibazo vya buri musi

Dukemura ibibazo abacuruza bahura na vyo buri musi.

Ubuhinga buhanitse n'ukwizerwa

Mu bikoresho dukora, dushira imbere ubuhinga, akamaro n'ukwizerwa.

Iterambere riramba

Dukora ibicuruzwa bishigikiye iterambere rirama.

Intumbero yacu

Gufasha abantu n'abadandaza gutera imbere.

Dukora ibicuruzwa na serivise zifasha abantu n'abadandaza gukemura ibibazo vya buri musi no gutera imbere mu buryo buramba.

Ukeneye ubufasha?

Ufise ikibazo kuri Lavekor canke ku bicuruzwa vyacu?

Twandikire kugira uronke amakuru yerekeye ibicuruzwa vyacu canke ubufasha ukeneye.